Nushimwe by NARAV BAND(Official-Video)

Описание к видео Nushimwe by NARAV BAND(Official-Video)

#Nushimwe ni indirimbo y'umugwi #NaravBand yanditswe na Didier Best ikaba iri muri #UinuliweAlbum,album yanditswe kugira abatari bake bamenye ivyiza Imana idukorera.

Umwanditsi w'indirimbo aravuga ati:

Mukwandika indirimbo N'ushimwe nisunze icambere ko nahamagariwe guhimbaza no gutazira nkukwijambo ry'Imana riravuga mur nehemiya 12:46 ikigikorwa mukugikora neza uvuga Imana iciri n'ukwera kwayo mugutazira ukayishimira ico yakoze mukuyihimbaza

Rero mukwandika nisunze icondi Nico nagizwe bifatanijwe n'ijambo ry'Imana riri muri, Zaburi 145:1-21


Candabona ko akanwa kanje atakindi gakwiye kwama kavuga Atari ishimwe ry'Imana ishizwe hejuru Kandi iri kuntebe y'inganji
Nanje nkizera ko ndi ubwami bwayo. Mwarahezagiwe caaane bakunzi Banje.


Nezegwa n'iyi ndirimbo wibuke kuyisangiza mugenzawe ariko kandi ntimutinye kugira #Subscribe kugira muze muribera abambere kwakira indirimbo z'uguhimbaza n'ugutazira z'umugwi #NaravBand Imana ibahezagire.


Iyi ndirimbo ishizwe k'umugaragaro ifashwe mu mugogo n'abantu nka:

*Production: Nathan
*Director | DOP | Colorist : EgideNiyo
*Editor : Jesse Bradley
*Enreger:Divin Schoutella
*Writer:Best Didier
*Sound:RPS
*Backing:Narav Band
*Leader:Best Didier
*Lighter:Cedric
*Phographer:HumanBoy
*Stage:RPS

Turabakunda cane
@AkezaBurundi @burundigospeltv2661 @VinceyTeluguGospel @MountainTVOfficial @capitalsoundtv2660 @magazinejimbere7732 @yagaburundi66 @indundiCom @umukubito257 @buja_fm @lavoixdelafrique

Комментарии

Информация по комментариям в разработке