Intamba mu rugamba : Abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga boba bamenyekanye

Описание к видео Intamba mu rugamba : Abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga boba bamenyekanye

INDUNDI SPORTS : 05.09.2024

- Intamba mu rugamba : Abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga boba bamenyekanye

- Nivyo koko Youssouf Ndayishimiye yoba agiye gukina iminota 45 gusa?

- Sahabo Paris yamaze kuba agaruka mu myimenyerezo y’umugwi Vital’o Fc

-FFB : Muri Lumitel Women’s League udafise Licence C ya CAF bizogorana ko uhamenyereza

- Messager Ngozi igiye kuba abakinyi babo 2 bakomeye

Muri Africa
————-

- Umunonotsi w’umunya Kenyakazi Yitavye Imana

- Tanzania yaraye inganije na Ethiopie

I Buraya
————-

- Urutonde rw’abakinyi 30 bazohiganirwa Balon d’Or kamenyekanye

- Ninde agiye gutwara agashimwe k’umumenyereza mwiza w’umwaka I Buraya

- REAL Madrid yipfuza abakinyi 3 bakomeye mu mwaka uza

Комментарии

Информация по комментариям в разработке