Ingoma z'Uburundi :Itunga ndangakaranga ntakabakabwa: Ibanga n'ibinyegezwa bijanye

Описание к видео Ingoma z'Uburundi :Itunga ndangakaranga ntakabakabwa: Ibanga n'ibinyegezwa bijanye

#indundinews :#Indundinews​: ku ncuro igira 8 Uburundi butunganya isabukuru yahariwe umurisho w'ingoma, #Radio​ #Indundi_Culture​, twashimye kugaruka ku nkomoko, imiziro ijanye n'ingoma, n'ibindi. Umwe mu bakozi bakuru bakuru mu bushikiranganji mu vyo bujejwe harimwo imico kama aha aragaruka no ku ntambo z'umurisho zitandukanye.

Indwi yahariwe umurisho w'ingoma mu Burundi, n' iki kw'itunga ndanga karanga?

Комментарии

Информация по комментариям в разработке