UBUSHOBOZI BWO GUSENGA.NUTAKORESHWA N'IMANA SATANI AZOGUKORESHA Ba Maso by Past Desire HABYARIMANA

Описание к видео UBUSHOBOZI BWO GUSENGA.NUTAKORESHWA N'IMANA SATANI AZOGUKORESHA Ba Maso by Past Desire HABYARIMANA

Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

Комментарии

Информация по комментариям в разработке