Menya kahise ka Tharcisse Tungabose | Aratubwira n’abakinyi bapfunzwe kera bazira akarenganyo

Описание к видео Menya kahise ka Tharcisse Tungabose | Aratubwira n’abakinyi bapfunzwe kera bazira akarenganyo

bamwita Tharcisse Tungabose umwe mu bamenyeshamakuru ba kera bagize uruharara runini cane kugira umupira wacu ugeze ku rwerwo rushimishije.

mu kiganiro yakoranya na Indundi Tv yatubwiye kahise kiwe kajanye n’umugwi na rirya amaze imisi yakwije imyaka 39 akora muri Radio y’igihugu RTNB muri kino gihe ari muri Retraite.

mutama Tharcisse atubwiye ingene imigwi ya Vital’o Fc na Inter Fc yari ikomeye cane atubwira n’icigeze gutuma abakinyi ba Inter Fc bapfungwa Imyaka 2 igihe bari bagiye gukina hanze.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке