🎤 Dogo A : "Navuye mu muziki kubera nasanze atari ivy'iwanje"

Описание к видео 🎤 Dogo A : "Navuye mu muziki kubera nasanze atari ivy'iwanje"

🏛️ Dogo A ati : "Kuba mu nzu kwa Président ni vyiza cane ariko bisaba n'ama sacrifices"

🤩 Dogo A yongera atwiganira ko n'aho vyari vyamugoye, akeneye kugaruka mu mwuga wo gukora umuziki, akuwushira imbere y'ibindi, kuko niwo wabeshejeho umuryango wiwe

🤗 Kaze tumuteg’amatwi

📹: ‪@akadirishaprod305‬

#Uburundi #Umuziki #Jimbere

Комментарии

Информация по комментариям в разработке