Ikiraro ca

Описание к видео Ikiraro ca

Ikiraro ca #Rusizi ngo kirageramiwe umwanya n'umwanya kirashobora kugira ikibazo. Bishikirizwa n'umwe mu bantu baba hafi y'ico kiraro kiri mu #Gatumba, akaba yaranagikozeko bacubaka kera.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке