Culte du Dimanche 07.05.2023//Pasteur Bénoit - Église de Pentecôte de Bujumbura - Ntahangwa

Описание к видео Culte du Dimanche 07.05.2023//Pasteur Bénoit - Église de Pentecôte de Bujumbura - Ntahangwa

Ubutumwa bwiza Pasteur Bénoit yavugiye ku Ntahangwa ku musi w'Imana igenekerezo rya 07.05.2023

Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
   / @meirratv  

Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.

Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:

+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)

YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Комментарии

Информация по комментариям в разработке