Nta munya Rwanda abujijwe kuza mu Burundi, Kwugurura urubibe ni ikibazo c'umutekano gusa!

Описание к видео Nta munya Rwanda abujijwe kuza mu Burundi, Kwugurura urubibe ni ikibazo c'umutekano gusa!

#Burundi: Mu kwishura ikibazo cabajijwe n'umwe mu rwaruka yaje avuye mu gihugu c' u #Rwanda kijanye n'iterambere ry'ibikorwa mvabwenge #entertaiment, Umukuru w'Igihugu c'Uburundi akaba yanezerejwe n'uko urwaruka rwo mu Rwanda rwari rwashitse mu bikorwa vw'isozerwa ry'urugendo #Inkebuzo aho haca hahimbazwa umusi witiriwe #Inkerebutsi watunganijwe n'umugambi ushigikira urwaruka #PAEEJ.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке