#Kukayi

Описание к видео #Kukayi

Gutegura Retraite ntivyorohera bose. Ariko mugihe vyashobotse birafasha kubaho tunezerewe,cane cane igihe wayiteguye kugira ukore ico wamye wipfuza gukora kandi kinezereza umutima wawe.
Muri kino kiganiro Mme Jocelyne aratubwira ingene yabigejenje.

#Kukayi #Retraite #Burundi #BienEtreAtoutAge #JohnMaxwell #Social

Комментарии

Информация по комментариям в разработке