Raba ingene abanyagisagara ca Bujumbura basanganiye Prezida NEVA avuye mu nama y'Ubumwe bwa Africa

Описание к видео Raba ingene abanyagisagara ca Bujumbura basanganiye Prezida NEVA avuye mu nama y'Ubumwe bwa Africa

#Burundi Raba ingene abanyagisgara ca #Bujumbura bakiriye Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye ari kumwe n'umutambukanyi wiwe aho yari avuye mu nama y'abakuru b'ibihugu vy'Ubumwe bwa #Africa, inama yamujeje amabanga atandukanye. Ahatari hake ku mabarabara y'igisagara ca Bujumbura abenegihugu, urwaruka cane cane, bari baje kumusanganira, nawe aja arava mu muduga abaramutsa.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке