Umukuru w'Igihugu yuguruye uruganda rukora imivinyu iva mu vyamwa ku Muzinda.

Описание к видео Umukuru w'Igihugu yuguruye uruganda rukora imivinyu iva mu vyamwa ku Muzinda.

#Burundi: Uruganda ruhingura imivinyu iva mu vyamwa rwegukira Ababikira bo mu muryango wa Sœurs Franciscaines de Notre Dame del Monte muri paruwasi ya Muzinda rwuguruwe kuri uno wa 4 Gitugutu 2024, n'Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye. Abo babikira bakaba bipfuza ko iyo mivinyu yoshika kw'isoko mpuzamakungu kugira nayo ishobore kwinjiza amafaranga y'agaciro.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке