Yeriko/Ni Yesu/Ahagutse by Fortran Bigirimana (Official Video)

Описание к видео Yeriko/Ni Yesu/Ahagutse by Fortran Bigirimana (Official Video)

Thank you for subscribing to our Youtube channel:
https://www.youtube.com/channel/UCSyX...
Follow us on:
Instagram:  / fortranbigi.  .
Facebook:  / fortran.bigi.  .
FacebookPage:  / fortran-bigiri.  .
Twitter:  / fortranbig.  .
Website:https://fortranbigirimana.com/

Murakoze kudushigikira mugufyonda kuri "Abonner" kuri uru rubuga rwacu rwa Youtube:
https://www.youtube.com/channel/UCSyX...

Murakoze kandi kudukurikirana ku mbuga ngurukana bumenyi zikurikira:
Instagram:  / fortranbigi.  .
Facebook:  / fortran.bigi.  .
Page Facebook:  / fortran-bigiri.  .
Twiter:  / fortranbig.  .
Site internet:https://fortranbigirimana.com/

Ndashimiye cane abantu bose Imana yakoresheje kugire iki gikorwa kije ahabona.

Uhoraho abahezagire kandi anezereze imitima yanyu 🙌🏾

A/C :Fortran Bigirimana

Amajambo :
Yeriko

Yeriko :

R) Yeriko yeriko
Yeriko yeriko
Yeriko yeriko
Yeriko yanje iriburwe hasi

Ntega amatwi nkwibgirire
Nje ngufitiye inkuru nziza
Yeriko, Yeriko
Yeriko yawe iriburwe hasi

R)…

Naba nyesirayeri nabo
Bibaza aho itsinzi yari buve
Yamara Yericko Yericko
Yeriko yaraguye hasi

R)..

Yamarira warize
Aje kuyahindura amariba
Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi

R)…

Yamyaka yariwe n’inzige
Nayo ashoboye kuyigushumbusha
Tuza ncuti
Yeriko, Yeriko, Yeriko yanje iri burwe hasi

R)…

Inrwara yawe s’amananiza
Hariho Imana mw’ijuru
Yeriko, Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi

R)..

Urugo rwanyu rurahagatiwe
Ntihunyiza kandi ntisinzira
Yeriko, Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi

R)…


R)…


Hari urutoki rutananirwa
Hariho ijwi vyose vyumvira
Yeriko, Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi


Ninde anturura iyo mitwaro
Ninde aca Inzira ahatari inzira
Ninde akiza inrwara zose


Ni Yesu wanje
Ni Yesu wenyene
Ni yesu umukunzi wanje

Niwe bendera ryanje


Ijuru riruguruye
Ngendera ahagutse

Imigisha n’injira nsohoka
Imigisha yahantu ho mwijuru
Umugisha wa burahamu
Umugisha utagira umubabaro

Cakira (Amen)
Akira (Amen )
Cakira (Amen)


























































































































































































































































































































































































#Burundiworship #Rwandaworship #burundi #rwanda #fortranbigirimana#jamesdaniellatv #israelmbonyi #christianhymns #Gentilmisigaro #Adrienmisigaro #Dudutniyukuri #Appolinairehabonimana

Комментарии

Информация по комментариям в разработке