UKUGOROROKA NI WO MUTAHE W'ABANA B'IMANA - Pr Blaise NDAYISABA - Église de Pentecôte de Nyakabiga

Описание к видео UKUGOROROKA NI WO MUTAHE W'ABANA B'IMANA - Pr Blaise NDAYISABA - Église de Pentecôte de Nyakabiga

Ubutumwa Bwiza bwo ku wa gatandatu 02/11/2024 - Ishengero rya Pentecôte ryo mu Nyakabiga

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149

Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
   / @meirratv  

Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.

Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:

+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)

YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Комментарии

Информация по комментариям в разработке