Urugendo rwatanguje ibiro vyo kwatira Musenyeri Salvator NICITERETSE mw'Ibanga ry'Ubwepiskopi

Описание к видео Urugendo rwatanguje ibiro vyo kwatira Musenyeri Salvator NICITERETSE mw'Ibanga ry'Ubwepiskopi

#Burundi Kuri uyu wa gatandatu niho haba ibirori vyo kwatira Musenyeri Salvator NICITERETSE arongoye diyoseze ya #Bururi mw'Ibanga ry'Umwepiskopi. Ibirori vyitabwe n'abihebeye Imana beshi hamwe na bamwe mu ndongozi z'igihugu. Raba urugendo rwatanguje ivyo birori.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке