Ibirori vyo kwinjira bushasha Cathedral ReginaMundi yasubiwemwo kuva ibayeho haraheze imyaka 61

Описание к видео Ibirori vyo kwinjira bushasha Cathedral ReginaMundi yasubiwemwo kuva ibayeho haraheze imyaka 61

Ibirori vyo kwinjira bushasha Cathedral ReginaMundi yasubiwemwo kuva ibayeho haraheze imyaka 61. Ivyo birori vyatewe iteka n'umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye vyatangujwe n'urugendo rw'abasaserdoti batandukanye. Umviriza bikurubikuru ùu vyasubiwemwo kuri iyo nyubakwa ya Catedral

Комментарии

Информация по комментариям в разработке