Hasozerewe imyimenyerezo y'abaganga b'abasirikare b'abanyamerika n'abarundi bo kuri HMK

Описание к видео Hasozerewe imyimenyerezo y'abaganga b'abasirikare b'abanyamerika n'abarundi bo kuri HMK

#Burundi Haraye hasozerewe imyimenyerezo y'abaganga b'abasirikare b'abanyamerika bariko barakorana n'abaganga bo kuri Hôpital Militaire de Kamenge-H.M.K mu ntumbero yo kwungurana ubumenyi muvy'ubuvuzi. Muganga Marc NIMBURANIRA arongoye ivyo bitaro amenyesha ko iyo migwi yompi yahungukiye ibitari bike ngirakamaro mu mwuga w'ubuvuzi.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке