Kelly Nkurunziza Umuhungu wa Prezida Nkurunziza ari mu baronse impapuro z'umutsindo muri ISCAM

Описание к видео Kelly Nkurunziza Umuhungu wa Prezida Nkurunziza ari mu baronse impapuro z'umutsindo muri ISCAM

#Burundi : Umurwi ugira 46 w'ishure rya gisirikare ry'intwazangabo #ISCAM washikirijwe impapuro z'umutsindo kuri uwu wa gatanu. Muri abo, harimwo Sous Lieutenant Kelly #Nkurunziza, Umuhungu w'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza. Raba ingene barahiye

Комментарии

Информация по комментариям в разработке