Burundi : Umukuru w'Igihugu yasengeye amatora hamwe n'uwuzomusubirira

Описание к видео Burundi : Umukuru w'Igihugu yasengeye amatora hamwe n'uwuzomusubirira

#Burundi : Umukuru w'Igihugu Petero Nkurunziza yasengeye amatora yimirije mu 2020, asengera abarongozi kuva ku mukuru w'Igihugu azomusubirira, abashingamateka, abakenguzamateka, abashikiranganji, ba Buramatari hamwe n'izindi ndongozi zose nshasha zizoshingwa kuyobora Uburundi. Umviriza iryo sengesho.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке