Umushikiranganji wa mbere asaba abajejwe intwaro gutegura neza abenegihugu ku gikorwa ca rusansuma.

Описание к видео Umushikiranganji wa mbere asaba abajejwe intwaro gutegura neza abenegihugu ku gikorwa ca rusansuma.

#Burundi: Umushikiranganji wa Mbere Gervais Ndirakobuca yatunganije inama yahuje abarongoye abandi mu gisagara ca #Bujumbura mu ntumbero yo kwirimbura no kurabira hamwe ibibazo basanze abenegihugu bafise kugira ngo babitorere umuti hamwe muri uru #rusansuma rugiye gutangura. Bikaba vyatunganijwe mu gihe rusansuma ruzotangura kur'uyu w'Imana igenerezo rya 25 Myandagaro 2024. Umushikiranganji wa Mbere yamenyesheje ko uru rusansuma rutandukanye n'urwaheruka muri 2008 kuko ubu hiyongeyeko gusansuma mu gisata c'uburimyi n'ubworozi. #Rusansuma2024 #BCR

Комментарии

Информация по комментариям в разработке