Nayironse mfise 13ans | Narirukanywe i muhira | Imana irazi gutunganya ibintu ( Ko waseeeranye )

Описание к видео Nayironse mfise 13ans | Narirukanywe i muhira | Imana irazi gutunganya ibintu ( Ko waseeeranye )

Ushobora kwandika indirimbo utazi neza ivyo urimwoo ariko igihe kimwe gishitse ikagira insiguro kuri wewe no kubandi benshi.

Indirimbo "Ko wasezeranye" ni indirimbo yanditswe na Dorothée Wendo agifise imyaka 13 gusa.
Ni indirimbo ifise ico ivuga kinini cane kuri Dorothée Wendo "Indirimba ivyo nzi, ndirimba ivyo n'abayemwo.

umviriza indirimbo kuko wasezeranye ngaha:
   • KUKO WASEZERANYE By Dorothée WENDO IG...  
#trueworshipper | True Worshipper

Комментарии

Информация по комментариям в разработке