N'Ibintu ki bigize ugusengaa ? | Murasenga ntimwishurwe. - Jean-Prudent Ntibuberwa

Описание к видео N'Ibintu ki bigize ugusengaa ? | Murasenga ntimwishurwe. - Jean-Prudent Ntibuberwa

Yesu niwe Mwami wacu kandi niwe kuri.
Gusenga si ugusubiramwo amajambo ,gusenga ni ukwiherera (WE n'Imana).
Gusenga ni umutima wawe, niwasenga ntukabomboranye amanwa nkuko abanyamahanga bagira biyumvira Ko bumvirwa kubwamajambo yabo menshi.

Social Media:
Facebook :   / ubutumwabwizakuribose  
Instagram :   / ubutumwa_bwiza_kuri_bose  
TikTok :   / ubutumwabwizakuribose  

Pasteur Prudent Ntibuberwa | Jean Prudent Ntibuberwa
#ubutumwabwizakuribose #gusenga #Imana #gusaba

Комментарии

Информация по комментариям в разработке