Paroisse Muyaga iri mu ntara ya Cankuzo, gisigaye ari ikibanza c'iratiro cakira abavuye henshi.

Описание к видео Paroisse Muyaga iri mu ntara ya Cankuzo, gisigaye ari ikibanza c'iratiro cakira abavuye henshi.

Paroisse Muyaga iri mu ntara ya Cankuzo, ahari Isengero rya Katolika rya mbere ryubatswe mu Burundi, gisigaye ari ikibanza c'iratiro iruhande y'uko abantu bavuye mu mihingo itandukanye baza kuhasengera. Mu gihe urumuri rw'amahoro rwagendeye iyo ntara kuri uyu wa gatandatu Patiri Mukuru w'iyo paroisse Aloys CAMBARA yarabwiye intwararumuri akahise k’ico kibanza.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке