Ibanga mutamenye ku vyerekeye Diaspora City , wa mugambi wo kwubaka amazu adasanzwe agurishwa

Описание к видео Ibanga mutamenye ku vyerekeye Diaspora City , wa mugambi wo kwubaka amazu adasanzwe agurishwa

Iyandikishe kugura inzu muri #diasporacity wironkere inzu mu kibanza kidasanzwe muri projet iri ahantu heza kurusha ahandi hose mu #Burundi .
-NTA embouteillage
-nta mwanda
-amabarabara aragutse
-parcelle ziragutse
-quartier diplomatique
-Nta rwamo
-urashobora kugura inzu utiriwe uratanga avance,...
umviriza igituma abantu bariko bagura amazu ku bwinshi muri #Diasporacity kandi umugambi utaranatangura nyezina .
Mwipfuza kwiyandikisha canke kubaza ivyerekeye #diaporacity canke mwipfuza gukorana na BMBC mu yindi migambi yanyu, vugana na BMBC kuri
-whatsapp +257 79500227
-email: [email protected]
-website : www.bmbc.bi
iyo mwubake neza na BMBC

Комментарии

Информация по комментариям в разработке