Ikigiye gukorwa ku Barundi bagiye kuronderera ubuzima mu mahanga ariko badafise impapuro zisabwa

Описание к видео Ikigiye gukorwa ku Barundi bagiye kuronderera ubuzima mu mahanga ariko badafise impapuro zisabwa

Abarundi bagiye kuronderera ubuzima mu mahanga ariko badafise impapuro zisabwa n'amategeko, ibibazo biri hagati y'Uburundi na Rwanda, ibibazo biri hagati y'igihugu ca Repubikika iharanira intwaro rusangi ya Congo #RDC n'urwanda, ivyo ni bimwe muvyabajijwe Umushikiranganji ajejwe imigenderanire y'Uburundi n'ayandi makungu Albert Shingiro, mu gihe yariko yishura abamenyeshamakuru.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке