HARI IGIHE IMANA IDUCISHA MU NZIRA IGUMYE KUGIRA DUSHITSE UBUGOMBE BWAYO - INTAHE ya Pasteur Blaise

Описание к видео HARI IGIHE IMANA IDUCISHA MU NZIRA IGUMYE KUGIRA DUSHITSE UBUGOMBE BWAYO - INTAHE ya Pasteur Blaise

Intahe ifatanye n'Ubutumwa Bwiza yavugiye mw'Ishengero rya Pentecôte ryo muri SOCARTI - Dimanche 21.07.2024

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149

Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
   / @meirratv  

Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.

Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:

+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)

YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Комментарии

Информация по комментариям в разработке