Umushikiranganji wa mbere arasigura ingene runsansuma rwimirije mu Burundi ruzogende nibisabwa vyose

Описание к видео Umushikiranganji wa mbere arasigura ingene runsansuma rwimirije mu Burundi ruzogende nibisabwa vyose

Kuva kw'igenekerezo rya 16 Myandagaro gushika kuwa 8 Nyakanga hazoba ku ncuro ya mbere mu #Burundi rusansuma y'abenegihugu, uburaro, uburimyi n'ubworozi. Umushikiranganji wa mbere Gervais NDIRAKOBUCA, aho yari mu bikorwa vyo guhimbaza umunsi wahariwe amakomine, yaboneyeho gusigura ingene iyo rusansuma izogenda, aca asaba abanyagihugu baba mu Burundi bose kurwitabira kandi bagatanga amakuru yo.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке