Ivyavuye mu nama ya

Описание к видео Ivyavuye mu nama ya

Umurwi #CENI ujejwe gutunganya amatora ku rwego rw'igihugu mu #Burundi watunganije kuri uyu wa gatatu inama ku berwa n'ikibazo c'amatora bo mu ntara nshasha ya #Gitega, mu ntumbero yo kurabira hamwe ibijanye no gutororokanya ibibanza vy'iyandikwa ry'abazotora mu matora yo mu mwaka wa 2025.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке