N'IKI NONE CATUMYE ABAPASITORI BAHURIKIYE MUMAKOPERATIVE UBUDASA YA MAC BAGENDEYE FOMI

Описание к видео N'IKI NONE CATUMYE ABAPASITORI BAHURIKIYE MUMAKOPERATIVE UBUDASA YA MAC BAGENDEYE FOMI

Umukuru wa MAC Umuvugabutumwa Aimé Pascal NKURUNZIZA ati turanyuzwe, biduteye iyindi nyota yo gukora cane no gusaba amatongo Reta Mvyeyi kandi Nkozi ituronse amatongo dushobore gushira mungiro ya mbono kazoza y'Uburundi bwifashe muri 2040 n'Uburundi buteye imbere muri 2060. ati akamo twatewe na Sebarundi Umukuru w'igihugu c'Uburundi Varisito NDAYISHIMIYE twarakitavye, mugukura amaboko mumpuzu tugakora, tukarwiza umwimbu muburimyi kuko niryo soko ry 'iterambere rirama.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке