Hamwe ubworozi bw'ingurube bwotezwa imbere ni kimwe muvyozana amafaranga mvamakungu mu Burundi.

Описание к видео Hamwe ubworozi bw'ingurube bwotezwa imbere ni kimwe muvyozana amafaranga mvamakungu mu Burundi.

#Burundi: Albert Manishimwe ni umworozi w'ingurube mu ntara ya #Rumonge yabigize umwuga inyuma yo kuva mu mahanga aho yaba muri Reta nzunze ubumwe za Amerika #USA akaza guterera mw'iterambere rw'igihugu ca mwibarutse. Kuri uyu wa 23 Mukakaro 2024 yari yagendewe n'Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке