Intumwa z''ibanki y'isi yose zaragendeye Uburundi kugira barabe imigambi iriko irarangurwa

Описание к видео Intumwa z''ibanki y'isi yose zaragendeye Uburundi kugira barabe imigambi iriko irarangurwa

#Burundi Inyuma y'imyaka igera Ku 37 badashika mu gihugu c'Uburundi, Umugwi wa bamwe mu bagize urwego nshingwantwaro mw'ibanki y'isi ( Banque mondiale ) waragize urugendo rw'iminsi itatu rwo kuraba uko imfashanyo batanga iriko irakoreshwa, aho igihugu kigeze mw'iterambere no kurabira hamwe imigambi mikuru leta yashize imbere kugira iyo banki iyishigikire. Kabaye akaryo ko kugendera imwe imigambi iriko irarangurwa ku mfashanyo y'iyo banki.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке