Satani yaranterefonye/intahe ikomeye ya Moses kolola mu butumwa yavugiye I gitega 2003.

Описание к видео Satani yaranterefonye/intahe ikomeye ya Moses kolola mu butumwa yavugiye I gitega 2003.

AHO UKWIYE GUHIGIRA IBIFASHA UMUTIMA, BIGASUBIZA INTEGE MU BUGINGO
Intahe,indirimbo ,amakuru yivya Yesu
ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese mu
Gutera intege abaruhijwe n'urugendo
Mu kwirura abihevye ,
N'abafise integenke z'umutima
No kumenyesha abantu ko agakiza ari uguharirwa ivyaha.

Nimba biguhimbaye ifatanye natwe mugukora subscribe kuri iyi channel yacu
   / @gospelofpeacetv3  

kugira ngo woroherwe mugukurikira ibiganiro dutanga
Yesu abahezagire cane
Kuwifuza kubaza canke kutwunganira arashobora kuturondera kuriyi numero

#+25769883071

Комментарии

Информация по комментариям в разработке