Reta y'Uburundi na Ubaka Nation Group bagize amasezerano azotuma hubakwa isoko nkuru ya Bujumbura.

Описание к видео Reta y'Uburundi na Ubaka Nation Group bagize amasezerano azotuma hubakwa isoko nkuru ya Bujumbura.

#Burundi: Reta yUburundi ibicishije mu bushikiranganji bujejwe inyubako yasize igikumu ku masezerano ayihuza n'ishirahamwe Ubaka Nation Group nayo amasezerano akaba azotuma hubakwa ku buryo bugezweho isoko nkuru ya #Bujumbura. Kurikirana ico Umushikiranganji Dukundane ashikiriza inyuma ry'isinywa ryayo masezerano.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке