MY FAMILY FILM PART 1|EAST AFRICAN MOVIES|RWANDA,TANZANIA,BURUNDI,UGANDA

Описание к видео MY FAMILY FILM PART 1|EAST AFRICAN MOVIES|RWANDA,TANZANIA,BURUNDI,UGANDA

My Family:Kuba umukozi w'Imana ntibisigurako uba uri intungane aho uzosanga abayobozi bamwe bamwe b'amashengero amwe amwe bakora ibintu bitandukanye n'amabanga biyemeje.
My Family n'ireresi muzosangamwo Pasteur Abel aho yakora ibintu vyinshi bitandukanye mbe wibaza ko Abel yoba yari pasteur ameze gt?
Ntucikwe n'iyi reresi

Ntiwibagire gufyonda kuri SUBSCRIBE,NOTIFICATION,SHARE,LIKE,COMENT kuri youtube channel yacu Nduwayo Abel

For more info:
E_mail: [email protected]
Whatsapp Number :+257 75 41 02 98

#MYFAMILY #ABELNDUWAYO #BURUNDI

Комментарии

Информация по комментариям в разработке