Michel Kayoya ni nde? Yoba yaranzwe n'iki mu buzima bwiwe?

Описание к видео Michel Kayoya ni nde? Yoba yaranzwe n'iki mu buzima bwiwe?

#Burundi: Diyoseze nkuru ya #Gitega iri mu rugendo ( processus ) rwo gusaba ko Patiri Michel #KAYOYA yoshirwa mu mugwi w'aberanda. Muti none uwo mu Patiri ni nde? Yaranzwe n'ibiki gushika mu misi yiwe ya nyuma gushika aho yahitanwe n'ivyago vyashikiye u Burundi mu mwaka w'i1972.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке