Inyigisho zatanzwe na musenyeri wa diyoseze ya Gitega mu kwugurura amasengesho yo gushimira Imana

Описание к видео Inyigisho zatanzwe na musenyeri wa diyoseze ya Gitega mu kwugurura amasengesho yo gushimira Imana

Inyigisho zatanzwe na musenyeri wa diyoseze nkuru ya Gitega ku munsi wo kwugurura amasengesho yo gushimira Imana yatunganijwe n'umuryango w'umukuru w'igihugu kw'isabukuru y'imyaka ine iheze atanguye kurongora Uburundi. Amasengesho yabereye mu komine Nyabihanga

Комментарии

Информация по комментариям в разработке