Menya Monna Walda: yavutse mu 1997, yiga leadership, kandi yasanze "ivy'ubugeni vy'ubu bigoye"...

Описание к видео Menya Monna Walda: yavutse mu 1997, yiga leadership, kandi yasanze "ivy'ubugeni vy'ubu bigoye"...

Monna Walda Kaneza ati: "Nkunda kunywa #milkshake ya chocolat vanille"
Uwo twabajije ico gisigura mu kirundi yavuze ko ari amata meza meza ava mu nka y'indundi.
Mweho, dufashe milkshake mu kirundi...

🫂 Nay'ubundi yavutse mu 1997, ariko yiga ivya #leadership, kandi yasanze "ivy'ubugeni vy'ubu bigoye..."

Комментарии

Информация по комментариям в разработке