Inkwano ni ikiguzi ?

Описание к видео Inkwano ni ikiguzi ?

🤔 Woba umaze kwumva abavuga ko gutanga inkwano vyataye igihe kandi bibonwa nk'ikiguzi ? Wewe uvyiyumvirako iki ?

🛫 Hatangujwe igikorwa co kwagura no gusubiramwo ikibuga c’indege ca Melchior Ndadaye. Ng'ibi ivyo mukwiye kumenya kuri ico gikorwa 👇🏾


#KuMusi
#imico

Комментарии

Информация по комментариям в разработке