Turerere Uburundi - inanga ya Donasiyano//umukobwa yishima, yambara atikwiza atukisha abavyeyi

Описание к видео Turerere Uburundi - inanga ya Donasiyano//umukobwa yishima, yambara atikwiza atukisha abavyeyi

Muri iyi nanga NINTERETSE Donasiyano ahamagarira abavyeyi kurera neza , abana nabo kuzigama indero. Harerekanwa ubworo bw'umwana w'icanke agenza ibintu ukwo ashaka .

Комментарии

Информация по комментариям в разработке