Igisagara kiraryana - inanga ya Donasiyano NINTERETSE//..inyota nyinshi , Donavina ahishije

Описание к видео Igisagara kiraryana - inanga ya Donasiyano NINTERETSE//..inyota nyinshi , Donavina ahishije

Iyi nanga irimwo agahinda n'amaganya. Nkako ngo ishingiye ku magume Uburundi bwaciyemwo . Muri iyi nanga Donasiyano yigana amarushwa y'Umurundi ari kure y'umuryango, yishwe n'intuntu kuko igihugu cari mu magume, imiryango ntibonane . Aranegura kandi utugeso tumwe tumwe nk'ubururyarya bw'ukurya ingero ntushitse amasezerano ( nk'ukwurutsa imodoka uwarishe utaramushikana iyo aja),...

Donasiyano arangiza mu majambo meza y'umwizero, y'amahoro, y'ukubabarana, y'ugukora n'ugukuzanya.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке