Umunonotsi Francine Niyonsaba yatunganije ihiganwa mu ntara ya

Описание к видео Umunonotsi Francine Niyonsaba yatunganije ihiganwa mu ntara ya

Umunonotsi Francine NIYONSABA atera intege urwaruka ko rwukunda inkino, ariko kandi rurangwe n'indero. Ivyo yabishikirije kuri uwu w'Imana ku murwa mukuru w'intara ya #RUYIGI aho yari yatunganirije ihiganwa ryo kwiruka ryahuje urwaruka rwavuye mu gihugu cose

Комментарии

Информация по комментариям в разработке