Mbega vyoba vyoroshe ko umuntu afata ingingo yo guhunguka akava mu mahanga akaza kuba mu Burundi?

Описание к видео Mbega vyoba vyoroshe ko umuntu afata ingingo yo guhunguka akava mu mahanga akaza kuba mu Burundi?

#Burundi: Mbega vyoba vyoroshe ko umuntu afata ingingo yo guhunguka akava mu mahanga akaza kuba mu Burundi? Mu kiyago Mashariki TV yagiranye na Irakoze Ildephonse umwe mu rwaruka aheruka guhunguka inyuma y'imyaka irenga 30 ari mu buhungiro, aho yavukiye akaba yabaye mu makambi z'impunzi zo mu #Rwanda na #Tanzania, aratuyagira ubuzima bwiwe yabayemwo n'icatumye yiyumvira guhunguka ava muri Reta zunze ubumwe za America #USA yariko aronderera ubuzima akaza kwubaka inzu yiwe iteye igomwe mu #Kayanza.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке