Intahe ya Evariste Ndayishimiye aho avuga ivyo yaganiriye na Petero Nkurunziza

Описание к видео Intahe ya Evariste Ndayishimiye aho avuga ivyo yaganiriye na Petero Nkurunziza

Umurwi washizweho n'Uwahoze arongoye Uburundi Petero Nkurunziza kugira ukurikirane abasesagura amatunga ya Reta urabandanya igikorwa wahawe. Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye amenyesha ko icegeranyo c'uwo murwi yamaze kukironka :"Ntmwibaze ngo vyaheze kurya. Rapport nayisanze ku meza ariho iri." Yabishikirije kuri uwu wa gatandatu, mu masengesho ariko abera i #Ngozi, asozerwa kuri uwu w'Imana.

Комментарии

Информация по комментариям в разработке